12/08/2025
Turabahe mwiriwe,...
Izi machines ni SINGER nshasha 2 , na butterfly 1. Izo nshasha zarakoze nk'ukwezi 1kandi ziracafise n'ama carton zajemwo kandi n'amaguru yazo biri kumwe. Imwe imwe tuyigurisha 700.000fbu (95$ ) atagabanijwe.
Hari na occasion zibiri imwe ni iyo mubona iriko urunyuzi tuyishakira 500.000fbu atagabanijwe iyindi yigenzi yayo tuyishakira 400.000fbu nazo nyene tubahana n'amaguru yazo.
Iza occasion zose ziri kuri gare du Nord nshasha ziri muri ville uretse SINGER imwe nayo nyene iri kuri gare du Nord.
Tubibutseko Umuryango House Fashion tubashonera neza cane kandi bigezweho , kari cane, gira , na mubandanye muronka bishasha.
Tél +257 67454608 / +257 79 13 50 90 WhatsApp ck appel
Mugire ijoro ryiza