Mboni burundi

Mboni burundi Product/service

25/04/2023
It's your boy Fabelove DA K.SHAN BOY
17/04/2023

It's your boy Fabelove DA K.SHAN BOY


Ayeyo🇧🇮💪🏿Abafana nimwe nshaka mwerekane ico murusha abandi bafana bo mukarere,Mbe murazi ko mukarere umuririmvyi umwe yu...
20/12/2022

Ayeyo🇧🇮💪🏿
Abafana nimwe nshaka mwerekane ico murusha abandi bafana bo mukarere,
Mbe murazi ko mukarere umuririmvyi umwe yuzuza stade?
Ariko twebwe abana bacu birunze ari 12 hanyuma stade ntiyuzure? muzoba muhemukiye abana B U Burundi n"U Burundi muri rusangi.
Ndabasabe Musidukane n'iyonka tuhuzuze nabandi basigare hanze niho nama Société yazotwizera.

Hanyuma le 25.kuri Noeli mwitege IKINTU.
Be murakora s'abonner kuri page yacu
Mboni burundi

Big Fizzo official 🇧🇮🥰.Un artiste Burundais très habile 🥰.Ni iki umukundira ???Kora S'abonner udushigikire kuri page yac...
14/12/2022

Big Fizzo official 🇧🇮🥰.
Un artiste Burundais très habile 🥰.
Ni iki umukundira ???

Kora S'abonner udushigikire kuri page yacu

Kirikou Akilii Ati: "inzozi zanje ntiziraranguka,ahubwo niho zigitangura."Akajambo kamwe kuri Kirikou Akili 🇧🇮
30/11/2022

Kirikou Akilii Ati: "inzozi zanje ntiziraranguka,ahubwo niho zigitangura."
Akajambo kamwe kuri Kirikou Akili 🇧🇮

Inyishu ya Neymar irakwiye iruzuye.Mukiganiro n'abamenyeshamakuru Neymar bamubajije impamvu umugwi wa Brésil utigera wam...
25/11/2022

Inyishu ya Neymar irakwiye iruzuye.

Mukiganiro n'abamenyeshamakuru Neymar bamubajije impamvu umugwi wa Brésil utigera wambara ibitambara biriko umunywamazi kumaboko y'abo kugira bashigikire aba LGBT nk'uko biboneka kubuhugu vy'Ubwongereza ,Ubudagi na Danemark yagize ati:

"Mu mugwi nserukiragihugu wacu wa Brésil twese dukunda abagore."😂

BAD BOY KILLER LIVE IN DUBAI🌎🔥🚀🚀🚀          Its an honor for me to be invited to perform in this concert. I just want to ...
09/11/2022

BAD BOY KILLER LIVE IN DUBAI🌎🔥🚀🚀🚀


Its an honor for me to be invited to perform in this concert. I just want to announce you that i will perform at Lotus Hotel Dream Lounge on November 19, 2022...
_____
burundi

EDEN Banga yaraye atahutse nyuma yiguhe kitari gito yaramaze i Kigali - Rwanda 🇷🇼 munyigisho « OverFlo » zatunganijwe na...
07/11/2022

EDEN Banga yaraye atahutse nyuma yiguhe kitari gito yaramaze i Kigali - Rwanda 🇷🇼 munyigisho « OverFlo » zatunganijwe na Fabrice Nzeyimana

Tubibutse kw’imyiteguro y’igiteramo categuwe na « Amashimwe Voice », igenekerezo rya 04.12.2022 muri CLM
Kora like na share kuri page yacu ariyo yanyu👇
burundi

Ko mwaheruka Kigali - Rwanda gushira hanze Clip Video ya   , ubu naho mwasubiyeyo  mubikiii ??? Ndavuga  & Happy Famba &...
07/11/2022

Ko mwaheruka Kigali - Rwanda gushira hanze Clip Video ya , ubu naho mwasubiyeyo mubikiii ??? Ndavuga & Happy Famba & Vichou Love

Ku bakunzi b'  rwambiye,     ikindi kiyeri   gutya ciswe PRIMUS   kirimwo umwambiro wa 5.3 .
07/11/2022

Ku bakunzi b' rwambiye, ikindi kiyeri gutya ciswe PRIMUS kirimwo umwambiro wa 5.3 .

TURAHOJEJE IMIRYANGO IRIKO IBUR' ABABO.  DUTI:  R .I. P 😢Mugitondo Cunomusi mugihugu kibanyi ca Tanzania habaye isangany...
06/11/2022

TURAHOJEJE IMIRYANGO IRIKO IBUR' ABABO. DUTI: R .I. P 😢

Mugitondo Cunomusi mugihugu kibanyi ca Tanzania habaye isanganya ryindege yariko yegereza kururuka irwe hase kukibuga cindege iyo ndege yahuye Nimiyaga myishi bituma ita inzira irwa Mukiyaga ca Vigitoriya Ubutabazi bwahabangutse Ubu ibitigiri vyabahitanywe niryo sanganya bageze kugitigiri ca 19 Abandi bakomeretse hari nabarokotse ndetse hari nabandi bataratorwa kugeza Ubu .
Mubantu bataramenya irengero ryabo kugezubu harimwo abakozi bakora mwiyo ndege Uhereye kuba pirote bayo kugezubu ntibaramenya irengero ryabo """" Tunaremeshe abafata ingendo zindege .

 :✍🏿 Igipolice c’Ubuganda cataye muri yompi umugabo yaramaz’igihe yihindura umukobwa, akarya amafanga y'abagabo hageze k...
05/11/2022

:✍🏿 Igipolice c’Ubuganda cataye muri yompi umugabo yaramaz’igihe yihindura umukobwa, akarya amafanga y'abagabo hageze kwariha ivyo yariye [ Kuryamana ] agaca abakwepa,

🔹Abagabo bashika kuri 57 nibo bagirije uno muhungu ko bahuye akabary’inoti, murabo abashika kuri 22 nibo yakwefye hageze kwaja kuriha ivyo yariye. Bamwe ati Isi yarangiye, abandi nabo ati uko niko bahana abagabo batabumbwa n’umukobwa umwe canke umugire Umwee

Address

Kabezi
Bujumbura

Telephone

+25762324837

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mboni burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Mboni burundi:

Share