Mukuri Méchack Agasekokokwihumurizamumutima

Mukuri Méchack Agasekokokwihumurizamumutima Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mukuri Méchack Agasekokokwihumurizamumutima, Hotel resort, Rutana, Bujumbura.

Yampayisuka! Muri PAF igihugu bariko baragihekenya atacamira, uko biboneka abo muri PAF , n’inama nshingamateka barayiga...
04/11/2025

Yampayisuka! Muri PAF igihugu bariko baragihekenya atacamira, uko biboneka abo muri PAF , n’inama nshingamateka barayigaya kuko igiturire caho kirarenze.

Hari umunyagihugu yatwandikiye kuno: Mumaze iminsi muvuga kubijanye no muri pafe, nukuri jewe naragiyeyo kuyirondera hari mundwi iheze , bambwiye ko hamwe ntasohoye ukuboko bidakunda kuyironka , ico gihe natanze 800, 000 mumisi ibiri bari bayimpaye , hari aba commissionaire bakorana nabo mubiro nibo uhamahera bakayashira ababatumye, ikindi naco ukeneye ko uronka Passport vyihuse, ubesha ko ushaka kuja kwivuza hanze, aho naho bisabwa ko ukorana n’aba Docteur bakakwandikira impapuro za magendu, urumva ko nabo ubaha amahera gusa kubera muri Paf bamaze kubivumbura, hari igihe werekana izo nkaratasi bakanka kuzemera kubera ko bashaka nabo ubanze kugira ico ubahaye, nukuri muri Paf harimwo Deal ikomeye cane kuburyo abategetsi benshi babifisemwo uruhare.

Nimba ufise inkuru wipfuza kudusangiza , Ushobora kunyandikira kuri Email : [email protected]

🇧🇮 Umwana yiga mu mwaka wa 2 wa garidiyeni (2eme maternelle) kw'ishure Indépendante, yasavye kuduza idarapo imbere y'aba...
02/11/2025

🇧🇮 Umwana yiga mu mwaka wa 2 wa garidiyeni (2eme maternelle) kw'ishure Indépendante, yasavye kuduza idarapo imbere y'abanyeshure, abigisha n'abayobozi bose
------------------------
👆🏾 Ivyo vyabaye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 28 Gitugutu 2025, aho Nduwingoma Wise Daniel yasaba umuyobozi mukuru w'iryo shure kumureka ngo aduze ibendera, nawe aramwemerera

😊 Bizindavyi Apollinaire, umuyobozi mukuru w'ishure Indépendante, aratuyagira uko vyagenze. "Uyo mwana nabonye umunsi umwe mama wiwe aza ambwira ngo ‘nyakubahwa muyobozi uyo mwana yama ambwira ngo nze gusaba umuhe uruhusha amanike idarapo’. Jewe nkivyumva narakangutse ariko nca ndabimwemerera. Bukeye nyina wiwe yaje yacerewe, umwana asanga twamaze kuyiduza aca ararira abwira nyina ko yamucereje kandi yashaka kuduza idarapo. Nca ndamuhumuriza ndamubwira ko ubukurikira yozinduka hanyuma akayiduza. Bukeye rero yarazindutse hanyuma arayiduza. Ico rero jewe carankoze ku mutima kuko hariho n'abiga mu mashure yigiwe haruguru nama mbwira kuza kuduza idarapo ariko bakanka"

✅ Yabandanije amenyesha ko ico cerekana umutima wo gukunda igihugu. "Jewe vyarampimbaye cane, binyereka ko uyo mwana afise umutima wo gukunda igihugu, ndetse afise na kazoza keza"

🧑‍🧒 Kwizera Sandrine, umuvyeyi w'uyo mwana, yaratuyagiye uko ico ciyumviro co kuduza idarapo caje muri uyo mwana. Agira ati: "Haraciye nk'amezi 2 Wise Daniel aguma apfundika imigozi muhira ku nzungi aguma aduza ngo ni darapo. Atangura kubaza mukuru we ngo azomwereke umuyobozi w'ishure kugira amwigishe kuduza ibendera. Twebwe rero nk'abavyeyi biwe tubimenye twavyakiriye neza, kuko twabonye ko akunda ibendera kandi abona akamaro ifise ku gihugu"

👩🏽‍🏫 Njeneza Nadine, umwigisha wiwe, yatumenyesheje ko mw'ishure Wise Daniel atekereza atagora abandi, ndetse ngo amuhaye ivyo akora abikora neza kandi anyarutsa. Kuba rero uyo mwana yiyumviriye kuduza idarapo angana kurya ngo vyamweretse ko afise umutima wo gukunda igihugu kandi ashobora no kuzogiteza imbere muri kazoza

EVARISTE NDAYISHIMIYE Ikintu ciza akoreye abarundi Ubutuvugana ingabo zikomeye cane zuburundi zarungitswe kugarura intar...
02/11/2025

EVARISTE NDAYISHIMIYE
Ikintu ciza akoreye abarundi
Ubutuvugana ingabo zikomeye cane zuburundi zarungitswe kugarura intara twanyazwe ariyo KIGOMA ubu abasirikare ba Tanzania bariko bariruka mumashamba bakubiswe amasasu aremereye cane abanyagihugu nabo bariko biruka baza zamakamba bahunga ubu ibirindiro bikuru vyakigoma vyose twabicakiye raba nawe ukuntu abarundi bazi kugwana kurugamba 👇

Uburero président wabo samia wewe amazimisi yahunze igihugu nawe ibirikuba ariko abirabira kumboneshakure ihweze nawe ukuntu twisubije ivyacu👇
https://youtu.be/MU5baBe4uNs?si=X8wGYj1AtVwlwYw0
Hari udusodo twananiranye tukiriko turarasa natwone badufatishije nintoke badushize kuma camera kugira samia yihute gusinya kwintara ibaye yuburundi bamuterefonye ateba kwitaba kamwe baciye bagakata umutwe igihugu cose kirorera raba nawe👇Mukuri mechack....M...............M
Nyamba urumurundi nturengane utadushigikiye

❌😭😭🇹🇿   Biragoye kuzongera kubona Umuririmvyi nka Diamond Platnumz  mwico gihugu bivuye kwijambo yavuze ahubutse cane az...
02/11/2025

❌😭😭🇹🇿 Biragoye kuzongera kubona Umuririmvyi nka Diamond Platnumz mwico gihugu bivuye kwijambo yavuze ahubutse cane azonavyicuza ubuzima bwiwe bwose aho yarivuze ahagaze imbere yisinzi ryabantu ariko yamamaza Samia Suluhu Hassan Président wa Tanzanie Hariya Aho yavuze atuje 🗣️

⚠️ 🎙️Yatanguye ahayagize uno mu Président ko amukunda kandi arinyuma yiwe ibihe vyose ayoboye igihugu ca Tanzanie neza yahinduye vyishi ikosa yakoze rero ngiri ( Abariko bamugwanya ngo ntiyongere kwitoza Nabashonje badakora ngo mukore muronke amafaranga kuko ntamuntu afise amafaranga aja mwibarabara mumigumuko konona iterambere ryigihigu ) aba arahejeje kwatsa Umuriro ubu tuvugana abanyagihugu basaze muri Tanzanie ko Diamond atazogaruka mwico gihugu ngo ubu niho abonye ko tudakora dushonje twirirwa muma concert yiwe turaba indirimbo ziwe Kuri YOU TUBE yibaza ko ayo mafaranga avahe izo nizimwe muma commentaires ziriko zigaragara cane mubene gihugu

🇹🇿 Diamond yabigize umwuga ibintu bigiye kumukomerana iyi politique yivanzemwo agiye kuyibona Ubu tuvugana yahungiye mugisagara ca Mombasa muri Kenya gusubira TZ subi ndabarahiye Guys vyari bikwiye ko Umuririmvyi yivanga muri politique Mukuri Mechack

Amakuru ava muri   avuga ko Kuva aho Prezida wa     atangarijwe ko ariwe yatsinze amatora atariko aragaragara muri  .Biv...
02/11/2025

Amakuru ava muri avuga ko Kuva aho Prezida wa atangarijwe ko ariwe yatsinze amatora atariko aragaragara muri .

Bivugwa ko yoba yamaze guhungira i . Abantu barenga 800 baramaze kuhasiga ubuzima.

tabara , tabara

😭   Ibintu nukuguma baturira Amarira meshi cane kumuririvyi Diamond Platnumz Aho yahungiye Abonye bamuha Amafoto ntamaku...
02/11/2025

😭 Ibintu nukuguma baturira Amarira meshi cane kumuririvyi Diamond Platnumz Aho yahungiye Abonye bamuha Amafoto ntamakuru😭

🎙️ WSB STUDIO 🎙️🎶 yiwe Baturiye Atagikoresho nakimwe barinze gusohora vyose batuririye rimwe Studio WSB TV🎙️ yarimwe muri studio 🎙️ zikaze cane muri TANZANIA yakoreramwo Abakozi 60 Abastare Beshi Akaba Ariyo yanabafasha🔥😭

Ivyo bikaba vyabaye nyuma Yuko baturira CHOP ya JUX
Aba ⭐ STAR Bose ba Tanzania Bahunze kuko barabahigira ngo bashigikiye SAMIA SULUHU HASSAN Tanzania biraherera hehe Mubashe gusenga

Mukuri Mechack Tubasaba gukora FOLLOW Cank SUIVRE ✅ Amakuru mashash Naha✅

✅🇹🇿🇹🇿 : umuhanzi   ahawe amasaha 24 ( 24h ) nabari muri manifestation yo kuba yamaze gufuta ( gusiba ) videos canke ama ...
01/11/2025

✅🇹🇿🇹🇿 : umuhanzi ahawe amasaha 24 ( 24h ) nabari muri manifestation yo kuba yamaze gufuta ( gusiba ) videos canke ama photos ariko yamamaza umukuru w'igihugu ca Tanzania 🙆
🏃‍♂️Bitangenze uko baca baturira studio yiwe ikora umuziki benshi bita 😭

Ibintu ko bigeze aho ( umwansi ) ashaka 🤔
May Lord protect him 🙌

Gen-Z 🇧🇮 le 31/10/2025🙌

01/11/2025
Maneko wa Tanzania yamennye amabanga yabayobozi,babiri bamaze gupfa,police itanze itangazo Download the app → goliveindi...
01/11/2025

Maneko wa Tanzania yamennye amabanga yabayobozi,babiri bamaze gupfa,police itanze itangazo Download the app → goliveindia.in/download

Download GoLiveIndia for seamless one-click live streaming to YouTube, Facebook & more. Go live anytime, anywhere—fast, easy, and reliable.

🌍‼️🔥🇹🇿🇧🇮,   Tanzania 🇹🇿 Ibintu biriko Bihindaguroka buri Munota ati gute ubunaho birenze ukemeraMuntara ya kigoma Abeneg...
01/11/2025

🌍‼️🔥🇹🇿🇧🇮, Tanzania 🇹🇿 Ibintu biriko Bihindaguroka buri Munota ati gute ubunaho birenze ukemera

Muntara ya kigoma Abenegihugu baho ubu bamaze guhindura imyirekano bigaragamvya Bataka nyenicubahiro umukuru wigihugu cuburundi 🇧🇮 Evariste Ndayishimiye koyoza Gutora irya ntara ya kigoma bo bavugako ariy, uburundi 🇧🇮 Nanyarirya Dusanzwe tuziko iryantara aryiwacu ubunaho kovyivanzemwo Abenegihugu baho baratubwiriki❓

President Wigihugu caTanzania Akimara kuvyumvako Abenegihugu bashaka ko Intara yakigoma isubira muburundi yahise atumako umukuru wigihugu cuburundi 🇧🇮 Evariste Ndayishimiye Ko yogenda bakabiganirako Ubutuvugana reta Ya Tanzania 🇹🇿 iri muyabira ndakurahiye none

President wuburi Evariste Ndayishimiye nawe Akimara kuvyumva yahise amubwirati tuzobiganira ariko Amakuru fise avugako president Evariste Ndayishimiye agira yitware mumakungu badusubize irya ntara yacu

Mubona nitwamara kwitwara bazodutsinda Nanyarirya ivyabona arabenegihugu bomuriyo ntara aribo Batumye reta yuburundi 🇧🇮 yitwara baravugiki

Mugihe nitwatsinda Umuririmvyi akomeye cane Diamond Platnumz 🇹🇿 azoba abaye Umurundi Mubona uburundi tutazoba duteyimbere

Akabazo mbaza Mubona yitware canke abireke❓🇧🇮🇧🇮‼️🇹🇿🇹🇿🔥🔥🌍💣
Ngozi tv +257 Follow 🌍

01/11/2025

Iyotuba tutimukazi

Address

Rutana
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mukuri Méchack Agasekokokwihumurizamumutima posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category