ISUKU Burundi cleaning company - IBCC

ISUKU Burundi cleaning company - IBCC Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ISUKU Burundi cleaning company - IBCC, Bujumbura.

Muri IBCC gitanga service nziza cane kandi abatwitura barashima🔵🔵Aho hose mutwipfuza tubikora neza haba mu ma bureau, en...
24/03/2024

Muri IBCC gitanga service nziza cane kandi abatwitura barashima

🔵🔵Aho hose mutwipfuza tubikora neza haba mu ma bureau, entreprise, industries, mu mazu , hotel, hopital, centre de sante hose turajayo

Mudukeneye twandikire kuri

Whatsap: +25769346258
+ 25762150705

Turashima bivuye ku mutima aba twitura mwese🛑🔵  Whatsap: 69346258                               62150705
15/03/2024

Turashima bivuye ku mutima aba twitura mwese

🛑🔵 Whatsap: 69346258
62150705

Muri IBCC Tubikora neza 🛑Mu Ma bureau ya leta canke ya bigenga🛑Bitaro vya prive canke vya leta🛑Mu bunywero canke mu buta...
10/03/2024

Muri IBCC
Tubikora neza



🛑Mu Ma bureau ya leta canke ya bigenga

🛑Bitaro vya prive canke vya leta

🛑Mu bunywero canke mu butabiro

🛑Mu ma hotel

🛑Etc

Aho hose mutwipfuza , entreprise ifise inararibonye mu kugira isuku, hama mukarangurira imirimo ahantu hasa neza

IBCC is beyond expectation

Murahawe ikaze.

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ISUKU Burundi cleaning company - IBCC posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share